Yesaya 63:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Yavuze kandi ati: “Ni ukuri, ni abantu banje+, abana batazohemuka+.” Ni co gituma ari bo yabereye Umukiza+. Abanyefeso 4:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Ku bw’ivyo, ubu ko mwiyambuye ibinyoma+, umwe wese muri mwebwe navugane ukuri na mugenziwe+, kuko turi ibihimba vya bagenzi bacu+. Abakolosayi 3:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ntimubeshane+. Mwambure wa muntu wa kera+ n’ingeso ziwe, Ivyahishuwe 14:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 kandi nta kinyoma cabonetse mu minwa yabo+; ntibagirako ikirabagu+. Ivyahishuwe 21:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Mugabo ikintu cose kitari ceranda n’umuntu wese aguma akora ibintu bisesemye+ be n’ibinyoma+ ntazogenda acinjiyemwo+; abanditswe mu muzingo w’ubuzima wa wa Mwagazi w’intama ni bo gusa bazocinjiramwo+.
8 Yavuze kandi ati: “Ni ukuri, ni abantu banje+, abana batazohemuka+.” Ni co gituma ari bo yabereye Umukiza+.
25 Ku bw’ivyo, ubu ko mwiyambuye ibinyoma+, umwe wese muri mwebwe navugane ukuri na mugenziwe+, kuko turi ibihimba vya bagenzi bacu+.
27 Mugabo ikintu cose kitari ceranda n’umuntu wese aguma akora ibintu bisesemye+ be n’ibinyoma+ ntazogenda acinjiyemwo+; abanditswe mu muzingo w’ubuzima wa wa Mwagazi w’intama ni bo gusa bazocinjiramwo+.