Zaburi 74:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ewe Mana, umurwanizi azoguma agusiga iceyi kugeza ryari+?Mbega umwansi azoguma agaya izina ryawe ibihe bidahera+? Zaburi 123:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Umutima wacu uhimvye bimwe vy’umurengera agatwengo k’abatagira ico binona+,Agakengerwe k’abanyakagaye+. Ezekiyeli 34:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 “‘“Kandi nzozihagurukiriza umurima wa rurangiranwa+, kandi ntizizokwongera guhitanwa n’ikigoyi mu gihugu+, kandi ntizizokwongera kwikorera agateterwe gaterwa n’amahanga+.
10 Ewe Mana, umurwanizi azoguma agusiga iceyi kugeza ryari+?Mbega umwansi azoguma agaya izina ryawe ibihe bidahera+?
4 Umutima wacu uhimvye bimwe vy’umurengera agatwengo k’abatagira ico binona+,Agakengerwe k’abanyakagaye+.
29 “‘“Kandi nzozihagurukiriza umurima wa rurangiranwa+, kandi ntizizokwongera guhitanwa n’ikigoyi mu gihugu+, kandi ntizizokwongera kwikorera agateterwe gaterwa n’amahanga+.