Yesaya 54:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ntutinye+, kuko utazomaramazwa+; kandi ntuteterwe, kuko utazotaha zirayoye+. Kuko uzokwibagira mbere ibimaramare vy’igihe cawe c’ubuto+, kandi iceyi c’ubupfakazi bwawe bubandanya ntuzokwongera kucibuka.” Yesaya 60:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 “Abana b’abaguteza amarushwa bazotegerezwa kuza kuri wewe bakwunamira+; abakugaya bose bazotegerezwa gukubita inkoro hasi imbere y’ubworo bw’ibirenge vyawe+, kandi bazobwirizwa kukwita igisagara ca Yehova, Siyoni+ y’Umweranda wa Isirayeli. Ezekiyeli 34:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 “‘“Kandi nzozihagurukiriza umurima wa rurangiranwa+, kandi ntizizokwongera guhitanwa n’ikigoyi mu gihugu+, kandi ntizizokwongera kwikorera agateterwe gaterwa n’amahanga+. Mika 7:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ntunezerwe ku binyerekeye, ewe mugore uri umwansi wanje+! Naho natemvye, sinzobura guhaguruka+; naho mba mu mwiza+, Yehova azombera umuco+. Zefaniya 3:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ehe ico gihe nzohagurukira abahora baguteza amarushwa bose+; kandi umwe acumbagira nzomukiza+, n’umwe yashwiragira ndamukoranirize hamwe+. Nzobagira ishemezo n’izina mu gihugu cose bamaramariyemwo.
4 Ntutinye+, kuko utazomaramazwa+; kandi ntuteterwe, kuko utazotaha zirayoye+. Kuko uzokwibagira mbere ibimaramare vy’igihe cawe c’ubuto+, kandi iceyi c’ubupfakazi bwawe bubandanya ntuzokwongera kucibuka.”
14 “Abana b’abaguteza amarushwa bazotegerezwa kuza kuri wewe bakwunamira+; abakugaya bose bazotegerezwa gukubita inkoro hasi imbere y’ubworo bw’ibirenge vyawe+, kandi bazobwirizwa kukwita igisagara ca Yehova, Siyoni+ y’Umweranda wa Isirayeli.
29 “‘“Kandi nzozihagurukiriza umurima wa rurangiranwa+, kandi ntizizokwongera guhitanwa n’ikigoyi mu gihugu+, kandi ntizizokwongera kwikorera agateterwe gaterwa n’amahanga+.
8 Ntunezerwe ku binyerekeye, ewe mugore uri umwansi wanje+! Naho natemvye, sinzobura guhaguruka+; naho mba mu mwiza+, Yehova azombera umuco+.
19 Ehe ico gihe nzohagurukira abahora baguteza amarushwa bose+; kandi umwe acumbagira nzomukiza+, n’umwe yashwiragira ndamukoranirize hamwe+. Nzobagira ishemezo n’izina mu gihugu cose bamaramariyemwo.