Ezekiyeli 23:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Kuko barenze ibigo+, ku maboko yabo hakaba hari amaraso+, kandi barenganye ibigo n’ibigirwamana vyabo vy’umwanda+. N’ikigeretseko, bacishije mu muriro abana babo bamvyariye, babatanga kuri vyo bwa bifungurwa+.
37 Kuko barenze ibigo+, ku maboko yabo hakaba hari amaraso+, kandi barenganye ibigo n’ibigirwamana vyabo vy’umwanda+. N’ikigeretseko, bacishije mu muriro abana babo bamvyariye, babatanga kuri vyo bwa bifungurwa+.