Ezekiyeli 16:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 “‘Kandi nzogucira urubanza ruhwanye n’imanza zicirwa abagore barenga ibigo+ be n’abagore basesa amaraso+, nguhe amaraso y’ubushangashirwe n’ishari+. Ezekiyeli 22:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Nayo wewe ga mwana w’umuntu, mbega uracira urubanza+, uracira urubanza ca gisagara cagirwa n’amaraso+ kandi ukimenyeshe koko ibintu biteye ishishi vyaco vyose+?
38 “‘Kandi nzogucira urubanza ruhwanye n’imanza zicirwa abagore barenga ibigo+ be n’abagore basesa amaraso+, nguhe amaraso y’ubushangashirwe n’ishari+.
2 “Nayo wewe ga mwana w’umuntu, mbega uracira urubanza+, uracira urubanza ca gisagara cagirwa n’amaraso+ kandi ukimenyeshe koko ibintu biteye ishishi vyaco vyose+?