Kuvayo 9:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ariko mu vy’ukuri, iki ni co catumye ndakureka ukabaho+: ni ukugira nkwereke ububasha bwanje no kugira ngo izina ryanje ryamamare mw’isi yose+. Yesaya 14:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Ewe kuntu watibutse uvuye mw’ijuru+, wewe ukayangana, mwana w’umutwenzi! Ewe kuntu wiciwe ukagwa kw’isi+, wewe wahora umugaza amahanga+! Yeremiya 50:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 “Ehe ngira ndakurwanye+, ewe Bwibone+,” ni ko Umukama Segaba+, Yehova nyen’ingabo, avuze, “kuko umusi wawe uzoza ata kabuza, igihe nzoraba ivyawe. Ezekiyeli 28:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 “‘“Umutima wawe wacitse uwibona kubera ubwiza bwawe+. Wononye ubukerebutsi bwawe kubera ubwiza bwawe bwakaka buca ibibatsi+. Nzogushiburira kw’isi+. Nzogushira imbere y’abami ngo bakwitegereze+.
16 Ariko mu vy’ukuri, iki ni co catumye ndakureka ukabaho+: ni ukugira nkwereke ububasha bwanje no kugira ngo izina ryanje ryamamare mw’isi yose+.
12 “Ewe kuntu watibutse uvuye mw’ijuru+, wewe ukayangana, mwana w’umutwenzi! Ewe kuntu wiciwe ukagwa kw’isi+, wewe wahora umugaza amahanga+!
31 “Ehe ngira ndakurwanye+, ewe Bwibone+,” ni ko Umukama Segaba+, Yehova nyen’ingabo, avuze, “kuko umusi wawe uzoza ata kabuza, igihe nzoraba ivyawe.
17 “‘“Umutima wawe wacitse uwibona kubera ubwiza bwawe+. Wononye ubukerebutsi bwawe kubera ubwiza bwawe bwakaka buca ibibatsi+. Nzogushiburira kw’isi+. Nzogushira imbere y’abami ngo bakwitegereze+.