2 Ngoma 7:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Maze bazovuga ata kabuza bati: ‘Ni kubera ko bahevye Yehova+ Imana ya ba sekuruza babo yari yarabakuye mu gihugu ca Misiri+, bagatangura kwifatanya n’izindi mana+, bakazunamira bakazikorera+. Ni co catumye abazanako ibi vyago vyose+.’” Yeremiya 22:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Maze bazovuga bati: “Ni kubera yuko bataye isezerano rya Yehova Imana yabo+, bagatangura kwunamira izindi mana no kuzikorera+.”’
22 Maze bazovuga ata kabuza bati: ‘Ni kubera ko bahevye Yehova+ Imana ya ba sekuruza babo yari yarabakuye mu gihugu ca Misiri+, bagatangura kwifatanya n’izindi mana+, bakazunamira bakazikorera+. Ni co catumye abazanako ibi vyago vyose+.’”
9 Maze bazovuga bati: “Ni kubera yuko bataye isezerano rya Yehova Imana yabo+, bagatangura kwunamira izindi mana no kuzikorera+.”’