Kuvayo 28:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 “Bene Aroni uzobakorera amakanzu+, kandi uze ubakorere ibikenyezo, ubakorere n’utwambarwa two mu mutwe+ ku bw’ubuninahazwa n’ubwiza+. Kuvayo 39:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 na ca gitambara co mu mutwe+ c’ilino nziza, na twa twambarwa two mu mutwe+ tw’ugushariza tw’ilino nziza, na ya mabutura y’ilino+ akozwe mw’ilino nziza ihinzwe,
40 “Bene Aroni uzobakorera amakanzu+, kandi uze ubakorere ibikenyezo, ubakorere n’utwambarwa two mu mutwe+ ku bw’ubuninahazwa n’ubwiza+.
28 na ca gitambara co mu mutwe+ c’ilino nziza, na twa twambarwa two mu mutwe+ tw’ugushariza tw’ilino nziza, na ya mabutura y’ilino+ akozwe mw’ilino nziza ihinzwe,