ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 35:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Maze bateka+ ishikanwa rya pasika+ ku muriro nk’uko vyari bisanzwe bigirwa; ibintu vyagizwe vyeranda na vyo babiteka+ mu nkono zo gutekamwo no mu nkono zifukuye munsi no mu mabakure y’inzimano, hanyuma babizanira ningoga abahungu bose b’abantu+.

  • Ezekiyeli 46:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Araheza ambwira ati: “Iki ni co kibanza abaherezi bazotekeramwo ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha+ be n’ishikanwa ry’igicumuro+, kandi ni ho bazokarangira ishikanwa ry’intete+, kugira ngo ntihagire ikintu na kimwe gitwarwa hanze mu kigo c’inyuma ngo abantu bezwe+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika