ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 8:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Abaherezi+ ntibashobora guhagarara ngo bakore igikorwa cabo+ kubera nya gicu, kuko ubuninahazwa+ bwa Yehova bwari bwuzuye inzu ya Yehova+.

  • 2 Ngoma 7:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Kandi bene Isirayeli bose bariko baritegereza igihe umuriro wamanuka n’ubuninahazwa bwa Yehova bukaba kuri iyo nzu; baca barunama+ mu maso habo hashika hasi kw’isaso, bakubita inkoro hasi+ maze bakengurukira Yehova, “kuko ari mwiza+, kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+.”

  • Ezekiyeli 1:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Hari ikintu kimeze nk’ishusho y’umuheto+ uza mu gicu ku musi imvura icuncubuka. Ukwo ni ko ishusho ya nya kwakaka yari imeze impande zose. Yari ishusho y’ukuntu ubuninahazwa bwa Yehova busa+. Ndabibonye, nca ngwa nubamye+, maze numva ijwi ry’uwuvuga.

  • Ezekiyeli 9:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Nayo ubuninahazwa bw’Imana ya Isirayeli+, buraduzwa bukurwa hejuru y’abakerubi*+, abo bwari hejuru, bujanwa ku rwinjiriro rw’inzu+, maze atangura gusemerera abwira nya mugabo yari yambaye ilino+, umwe yari afise mu mafyinga agahembe k’irangi k’umunyamabanga.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika