Yesaya 1:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Ewe kuntu igisagara cari icizigirwa+ cacitse maraya+! Cari cuzuye ubutungane+; ubugororotsi ubwabwo bwahora buba muri co+, ariko ubu haba abicanyi+. Yeremiya 3:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko Yehova ambwira mu misi ya Yosiya umwami+ ati: “‘Wabonye ivyo Isirayeli w’umuhemu yakoze+? Agenda ku musozi muremure wose+ no munsi y’igiti gitotahaye cose+, kugira ngo ahakorere ubumaraya+. Hoseya 2:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko nyina wabo yakoze ubusambanyi+. Uwabibungenze yakoze ivy’akamaramaza+, kuko yavuze ngo: ‘Nshaka gukurikira abankunda urukundo rukaze+, abampa umukate n’amazi, n’impuzu z’ubwoya be n’impuzu z’ilino, n’amavuta n’ibinyobwa+.’
21 Ewe kuntu igisagara cari icizigirwa+ cacitse maraya+! Cari cuzuye ubutungane+; ubugororotsi ubwabwo bwahora buba muri co+, ariko ubu haba abicanyi+.
6 Nuko Yehova ambwira mu misi ya Yosiya umwami+ ati: “‘Wabonye ivyo Isirayeli w’umuhemu yakoze+? Agenda ku musozi muremure wose+ no munsi y’igiti gitotahaye cose+, kugira ngo ahakorere ubumaraya+.
5 Kuko nyina wabo yakoze ubusambanyi+. Uwabibungenze yakoze ivy’akamaramaza+, kuko yavuze ngo: ‘Nshaka gukurikira abankunda urukundo rukaze+, abampa umukate n’amazi, n’impuzu z’ubwoya be n’impuzu z’ilino, n’amavuta n’ibinyobwa+.’