Gucura intimba 4:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ikosa ryawe, ewe mukobwa wa Siyoni, rirarangiye+. Ntazosubira kukujana mu bunyagano+.Yitayeho ivy’ikosa ryawe, ewe mukobwa wa Edomu. Yapfukuye ibicumuro vyawe+. Ezekiyeli 21:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 “Ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Ko mwatumye ikosa ryanyu ryibukwa biciye ku gupfukurwa kw’ibigabitanyo vyanyu, kugira ngo ibicumuro vyanyu bibonwe nk’uko ivyo mukora vyose biri, ko mwibutswe+, muzofatishwa ukuboko+.’ Hoseya 2:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ubu rero ngira mpfukure ibihimba vyiwe vy’ibanga bibonwe n’amaso y’abamukunda urukundo rukaze+, kandi nta mugabo azomunshikura mu kuboko+.
22 Ikosa ryawe, ewe mukobwa wa Siyoni, rirarangiye+. Ntazosubira kukujana mu bunyagano+.Yitayeho ivy’ikosa ryawe, ewe mukobwa wa Edomu. Yapfukuye ibicumuro vyawe+.
24 “Ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Ko mwatumye ikosa ryanyu ryibukwa biciye ku gupfukurwa kw’ibigabitanyo vyanyu, kugira ngo ibicumuro vyanyu bibonwe nk’uko ivyo mukora vyose biri, ko mwibutswe+, muzofatishwa ukuboko+.’
10 Ubu rero ngira mpfukure ibihimba vyiwe vy’ibanga bibonwe n’amaso y’abamukunda urukundo rukaze+, kandi nta mugabo azomunshikura mu kuboko+.