2 Abami 24:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Kuko ivyabaye i Yeruzalemu no muri Yuda vyabaye kubera ishavu+ rya Yehova, gushika abataye bakamuva mu maso+. Nuko Zedekiya atangura kugarariza umwami wa Babiloni+. 2 Ngoma 36:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Mbere agarariza Umwami Nebukadinezari+, uwari yaramurahije Imana+; aguma adadaza+ izosi yongera akomantaza+ umutima wiwe kugira ngo ntagaruke kuri Yehova Imana ya Isirayeli.
20 Kuko ivyabaye i Yeruzalemu no muri Yuda vyabaye kubera ishavu+ rya Yehova, gushika abataye bakamuva mu maso+. Nuko Zedekiya atangura kugarariza umwami wa Babiloni+.
13 Mbere agarariza Umwami Nebukadinezari+, uwari yaramurahije Imana+; aguma adadaza+ izosi yongera akomantaza+ umutima wiwe kugira ngo ntagaruke kuri Yehova Imana ya Isirayeli.