Kuvayo 22:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 “Niwagurana amahera abantu banje, ukagurana umurushwa ari iruhande yawe+, ntuze umubere nk’uwuguranira kwunguka. Ntimuze mumwake inyungu+. Gusubira mu vyagezwe 23:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 “Ntuze urihishe mwene wanyu inyungu+: inyungu ku mahera, inyungu ku bifungurwa+, inyungu ku kintu ico ari co cose umuntu ashobora kwakako inyungu. Zaburi 15:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Amahera yiwe ntiyayatanze ku nyungu+,Kandi ntiyakiriye igiturire co gutsindisha intungane+.Uwukora ivyo bintu ntazokwigera anyiganyizwa+. Luka 6:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Ahubwo mubandanye gukunda abansi banyu no gukora iciza no gutanga ingurane+, mutizigiye kwishurwa ikintu na kimwe; kandi impembo yanyu izoba nini, kandi muzoba abana ba Musumbavyose+, kuko agirira ubuntu+ intashima n’ababisha.
25 “Niwagurana amahera abantu banje, ukagurana umurushwa ari iruhande yawe+, ntuze umubere nk’uwuguranira kwunguka. Ntimuze mumwake inyungu+.
19 “Ntuze urihishe mwene wanyu inyungu+: inyungu ku mahera, inyungu ku bifungurwa+, inyungu ku kintu ico ari co cose umuntu ashobora kwakako inyungu.
5 Amahera yiwe ntiyayatanze ku nyungu+,Kandi ntiyakiriye igiturire co gutsindisha intungane+.Uwukora ivyo bintu ntazokwigera anyiganyizwa+.
35 Ahubwo mubandanye gukunda abansi banyu no gukora iciza no gutanga ingurane+, mutizigiye kwishurwa ikintu na kimwe; kandi impembo yanyu izoba nini, kandi muzoba abana ba Musumbavyose+, kuko agirira ubuntu+ intashima n’ababisha.