Itanguriro 41:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mu gitondo ahagarika umutima+. Atumako rero abaherezi b’abanyamageza bo mu Misiri+ bose, n’abantu b’inkerebutsi+ baho bose, maze Farawo abiganira indoto ziwe+. Mugabo habura uwo kuzisobanurira Farawo. Daniyeli 2:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko umwami avuga ko bahamagara abaherezi b’abanyamageza+, n’abahamagara imizimu, n’abapfumu be n’Abakaludaya, ngo babwire umwami indoto ziwe+. Baraheza baraza, bahagarara imbere y’umwami.
8 Mu gitondo ahagarika umutima+. Atumako rero abaherezi b’abanyamageza bo mu Misiri+ bose, n’abantu b’inkerebutsi+ baho bose, maze Farawo abiganira indoto ziwe+. Mugabo habura uwo kuzisobanurira Farawo.
2 Nuko umwami avuga ko bahamagara abaherezi b’abanyamageza+, n’abahamagara imizimu, n’abapfumu be n’Abakaludaya, ngo babwire umwami indoto ziwe+. Baraheza baraza, bahagarara imbere y’umwami.