Gusubira mu vyagezwe 33:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko atangura kuvuga ati:“Yehova yaje ava i Sinayi+,Yabarabirijeko ari i Seyiri+.Yasayanganye ari mu misozi y’i Parani+,Kandi yari kumwe n’aberanda ibihumbi mirongo+,Iburyo bwiwe hakaba abarwanyi babo+. Zaburi 89:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Imana ni iyo kwumvirwa akoba mu mugwi w’abagenzi somambike w’aberanda+;Irahambaye kandi iteye ubwoba ku bayikikuje bose+. Daniyeli 8:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Maze numva umweranda umwe+ avuga, uwundi mweranda na we abwira umwe yariko aravuga, ati: “Mbega iryo yerekwa ryerekeye ikimazi c’ubudasiba+ be n’ukugabitanya guteza ubugesera rizogeza ryari+, ha hantu heranda be na za ngabo bikagirwa ivyo guhonyangwa+?” Matayo 18:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Murabe ntimusuzugure n’umwe muri aba batoyi; kuko ndababwiye yuko abamarayika babo+ mw’ijuru bama bitegereza mu maso ha Dawe ari mw’ijuru+. Luka 4:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 “Aaa! Duhuriye ku ki nawe+, ga Yezu Umunyanazareti+? Uje kuduhonya? Ndazi+ neza uwo uri we, uri wa Mweranda w’Imana+.”
2 Nuko atangura kuvuga ati:“Yehova yaje ava i Sinayi+,Yabarabirijeko ari i Seyiri+.Yasayanganye ari mu misozi y’i Parani+,Kandi yari kumwe n’aberanda ibihumbi mirongo+,Iburyo bwiwe hakaba abarwanyi babo+.
7 Imana ni iyo kwumvirwa akoba mu mugwi w’abagenzi somambike w’aberanda+;Irahambaye kandi iteye ubwoba ku bayikikuje bose+.
13 Maze numva umweranda umwe+ avuga, uwundi mweranda na we abwira umwe yariko aravuga, ati: “Mbega iryo yerekwa ryerekeye ikimazi c’ubudasiba+ be n’ukugabitanya guteza ubugesera rizogeza ryari+, ha hantu heranda be na za ngabo bikagirwa ivyo guhonyangwa+?”
10 Murabe ntimusuzugure n’umwe muri aba batoyi; kuko ndababwiye yuko abamarayika babo+ mw’ijuru bama bitegereza mu maso ha Dawe ari mw’ijuru+.
34 “Aaa! Duhuriye ku ki nawe+, ga Yezu Umunyanazareti+? Uje kuduhonya? Ndazi+ neza uwo uri we, uri wa Mweranda w’Imana+.”