ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 45:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Mu kibanza ca ba sogokuruza bawe+ hazoba abana bawe+,

      Abo uzogena kuba abaganwa mw’isi yose+.

  • Yohani 11:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Marita amubwira ati: “Ndazi ko azozuka mw’izuka+ ku musi wa nyuma.”

  • Ivyakozwe 17:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Kuko yashinze umusi aho izocira urubanza+ isi mu bugororotsi ikoresheje umuntu yashizeho, kandi yarahaye abantu bose ikimenyamenya mu kuba yaramuzuye+ mu bapfuye.”

  • Ivyakozwe 24:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 kandi ndafise icizigiro+ ku Mana, ari na co cizigiro aba na bo nyene bafise, yuko hagiye kubaho izuka+ ry’abagororotsi+ n’abatari abagororotsi+.

  • Ivyahishuwe 20:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Mbona abapfuye, abahambaye n’abato+, bahagaze imbere ya nya ntebe y’ubwami, maze imizingo irazingururwa. Mugabo uwundi muzingo urazingururwa; ni wo muzingo w’ubuzima+. Abapfuye bacirwa imanza hisunzwe ibintu vyanditswe muri nya mizingo nk’uko ibikorwa vyabo biri+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika