Yeremiya 51:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Babiloni yabaye igikombe c’inzahabu mu kuboko kwa Yehova+, uwo Babiloni akaba yaboreza isi yose+. Amahanga yanyoye ku muvinyu wiwe+. Ni co gituma amahanga aguma akora nk’ayasaze+. Daniyeli 2:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 igashira mu kuboko kwawe+, ahantu hose abana b’abantu baba, ibikoko vyo mw’ishamba n’ibiremwa vy’amababa vyo mu kirere, ikakugira umutware abiganza vyose, ni wewe mutwe w’inzahabu+. Daniyeli 4:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 ni wewe, mwami+, kuko wakuze ugakomera, ubukuru bwawe bugakura bugashikira amajuru+, ubutware bwawe na bwo bugashika ku mpera y’isi+. Daniyeli 7:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Ica mbere cari kimeze nk’intambwe+, kikagira amababa y’inkona+. Nguma nitegereza gushika amababa yaco aranduwe, hanyuma kirahagurutswa gikuwe hasi+, gihagarikwa ku birenge bibiri nk’umuntu, kandi gihabwa umutima w’umuntu+.
7 Babiloni yabaye igikombe c’inzahabu mu kuboko kwa Yehova+, uwo Babiloni akaba yaboreza isi yose+. Amahanga yanyoye ku muvinyu wiwe+. Ni co gituma amahanga aguma akora nk’ayasaze+.
38 igashira mu kuboko kwawe+, ahantu hose abana b’abantu baba, ibikoko vyo mw’ishamba n’ibiremwa vy’amababa vyo mu kirere, ikakugira umutware abiganza vyose, ni wewe mutwe w’inzahabu+.
22 ni wewe, mwami+, kuko wakuze ugakomera, ubukuru bwawe bugakura bugashikira amajuru+, ubutware bwawe na bwo bugashika ku mpera y’isi+.
4 “Ica mbere cari kimeze nk’intambwe+, kikagira amababa y’inkona+. Nguma nitegereza gushika amababa yaco aranduwe, hanyuma kirahagurutswa gikuwe hasi+, gihagarikwa ku birenge bibiri nk’umuntu, kandi gihabwa umutima w’umuntu+.