ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 13:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Nuko ico kintu kiba imvo y’igicumuro ku rugo rwa Yerobowamu+, kiba n’akaryo ko kubahanagura no kubazimanganya ku buringanire bw’ubutaka+.

  • Yeremiya 44:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 mu kumbabarisha ibikorwa vy’amaboko yanyu, mu gufumbishiriza umwotsi w’ibimazi izindi mana+ mu gihugu ca Misiri, ico mwinjiramwo ngo mukibemwo muri ba kavamahanga, kugira ngo mwikwegere kurandurwa no kugira ngo mube umuvumo n’iceyi mu mahanga yose yo kw’isi+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika