ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 17:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Mbere na Yuda ntiyagumije amabwirizwa ya Yehova Imana yabo+, mugabo batangura kugendera mu vyagezwe vya Isirayeli+, ivyo bano bari barashinze.

  • Yeremiya 2:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 “Mugabo uvuga uti: ‘Nagumye ndi intungane. Ni ukuri ishavu ryiwe ryamvuyeko risubira inyuma+.’

      “Ehe ngira mburane nawe kubera uvuga ngo: ‘Sinacumuye+.’

  • Hoseya 4:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Nimwumve ijambo rya Yehova, yemwe bene Isirayeli, kuko Yehova afitaniye imburano n’ababa mu gihugu+, kuko ata kuri+ canke ubuntu bwuzuye urukundo canke ukumenya Imana biri mu gihugu+.

  • Mika 6:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Nimwumve, yemwe misozi, imburano za Yehova, namwe bintu biramba, mwebwe mishinge y’isi+; kuko Yehova afitaniye imburano n’abantu biwe, azoburana na Isirayeli+:

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika