Gusubira mu vyagezwe 31:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kandi ivyago n’amarushwa menshi nivyabashikira+, uru ruririmbo rero ruzokwishura imbere yabo bwa cabona, kuko rudakwiye kwibagirwa mu kanwa k’uruvyaro rwabo, kuko nzi neza impengamiro+ bariko baratsimbataza uno musi imbere y’uko ndabajana mu gihugu narahiye.” Yeremiya 29:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 kuko bakoze ivy’ubwenge buke muri Isirayeli+, bakaba baguma barenga ibigo n’abagore ba bagenzi babo+ kandi bakaguma bavuga babesha mw’izina ryanje ijambo ntabategetse+. “‘“Ni jewe ndabizi kandi ndi icabona+,” ni ko Yehova avuze.’”
21 Kandi ivyago n’amarushwa menshi nivyabashikira+, uru ruririmbo rero ruzokwishura imbere yabo bwa cabona, kuko rudakwiye kwibagirwa mu kanwa k’uruvyaro rwabo, kuko nzi neza impengamiro+ bariko baratsimbataza uno musi imbere y’uko ndabajana mu gihugu narahiye.”
23 kuko bakoze ivy’ubwenge buke muri Isirayeli+, bakaba baguma barenga ibigo n’abagore ba bagenzi babo+ kandi bakaguma bavuga babesha mw’izina ryanje ijambo ntabategetse+. “‘“Ni jewe ndabizi kandi ndi icabona+,” ni ko Yehova avuze.’”