ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 24:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Nzomubona+, mugabo si ubu;

      Nzomwitegereza, mugabo si hafi.

      Inyenyeri+ izova muri Yakobo koko,

      Kandi agakoni k’ubutware kazohaguruka koko kavuye muri Isirayeli+.

      Kandi azomenagura imisaya y’umutwe wa Mowabu+

      N’agahanga k’abahungu bose b’uruhagarara rw’intambara.

  • Yesaya 16:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Ubu na ho Yehova aravuze, ati: “Mu myaka itatu, nk’uko imyaka y’umucangero+ iri, ubuninahazwa+ bwa Mowabu butegerezwa rero kugirwa agaterasoni mu ntureka nyinshi y’ubwoko bwose, kandi abasigaye bazoba inkehwa ziri ku rushi, badakomeye+.”

  • Yeremiya 48:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Kubera ko wizigira ibikorwa vyawe n’amatunga yawe, na wewe uzofatwa+. Kandi Kemoshi+ izoja koko mu bunyagano+, abaherezi bayo n’abaganwa bayo icarimwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika