Imigani 16:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Ubupfindo butererwa mu gikondorero+, mugabo ingingo yose izanana kuri bwo iva kuri Yehova+. Imigani 18:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ubupfindo buhwamika amahane+, kandi buratatura n’abanyenkomezi+. Ivyakozwe 13:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Imaze guhonya amahanga indwi mu gihugu ca Kanani, igabura igihugu c’ayo mahanga ku bupfindo+: