Yosuwa 7:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Maze Yosuwa avuga ati: “Kubera iki wadukwegeye ugukumirwa+? Yehova arakuzanako ugukumirwa uyu musi.” Nuko Isirayeli yose imutera amabuye+, hanyuma babaturiza umuriro+. Ukwo ni ko babateye amabuye. Zaburi 96:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kuko Yehova ahambaye+ kandi ni uwo gushemezwa rwose.Arateye ubwoba hejuru y’izindi mana zose+.
25 Maze Yosuwa avuga ati: “Kubera iki wadukwegeye ugukumirwa+? Yehova arakuzanako ugukumirwa uyu musi.” Nuko Isirayeli yose imutera amabuye+, hanyuma babaturiza umuriro+. Ukwo ni ko babateye amabuye.