Hoseya 2:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko nyina wabo yakoze ubusambanyi+. Uwabibungenze yakoze ivy’akamaramaza+, kuko yavuze ngo: ‘Nshaka gukurikira abankunda urukundo rukaze+, abampa umukate n’amazi, n’impuzu z’ubwoya be n’impuzu z’ilino, n’amavuta n’ibinyobwa+.’ Hoseya 9:1 Bibiliya y’isi nshasha 9 “Ntunezerwe, ewe Isirayeli+! Ntugire umunezero nk’ibisata vy’abantu+. Kuko ubusambanyi bwatumye uva iruhande y’Imana yawe+. Wakunze ingabirano ugererwa ku mbuga z’ikubitiro zose bakubitirako intete+.
5 Kuko nyina wabo yakoze ubusambanyi+. Uwabibungenze yakoze ivy’akamaramaza+, kuko yavuze ngo: ‘Nshaka gukurikira abankunda urukundo rukaze+, abampa umukate n’amazi, n’impuzu z’ubwoya be n’impuzu z’ilino, n’amavuta n’ibinyobwa+.’
9 “Ntunezerwe, ewe Isirayeli+! Ntugire umunezero nk’ibisata vy’abantu+. Kuko ubusambanyi bwatumye uva iruhande y’Imana yawe+. Wakunze ingabirano ugererwa ku mbuga z’ikubitiro zose bakubitirako intete+.