Yeremiya 4:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Kuko numvise ijwi nk’iry’umugore arwaye, amarushwa nk’ay’umugore ariko yibaruka umwana wiwe wa mbere+, ijwi ry’umukobwa wa Siyoni aguma ahezagirika. Aguma agaranzura ibiganza+ ati: “Noneho ndagowe, kuko umutima wanje uruhijwe n’abicanyi+!” Yeremiya 45:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 ‘Wavuze uti: “Ndagowe rero+, kuko Yehova yongeye intuntu ku mubabaro wanje! Ndambiwe n’ukuniha kwanje, kandi sinaronse ahantu h’ukuruhukira+.”’
31 Kuko numvise ijwi nk’iry’umugore arwaye, amarushwa nk’ay’umugore ariko yibaruka umwana wiwe wa mbere+, ijwi ry’umukobwa wa Siyoni aguma ahezagirika. Aguma agaranzura ibiganza+ ati: “Noneho ndagowe, kuko umutima wanje uruhijwe n’abicanyi+!”
3 ‘Wavuze uti: “Ndagowe rero+, kuko Yehova yongeye intuntu ku mubabaro wanje! Ndambiwe n’ukuniha kwanje, kandi sinaronse ahantu h’ukuruhukira+.”’