Yesaya 17:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kandi muri we hazosigara itorora nk’igihe bakubita igiti c’umwelayo: imyelayo ibiri canke itatu ihiye mw’isonga ry’ishami; ine canke itanu ku mashami yaho yama ivyamwa,” ni ko Yehova Imana ya Isirayeli avuze+. Yesaya 24:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kuko ukwo ari ko bizomera hagati mu gihugu, hagati mu bisata vy’abantu, nk’ugukubita igiti c’umwelayo+, nk’ugutorora igihe iyegeranya ry’inzabibu ryarangiye+. Yeremiya 6:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: “Amasigarira ya Isirayeli bazoyatorora* nk’umuzabibu+. Subira utume ukuboko kwawe nk’uwamura inzabibu ku dushami tw’umuzabibu.”
6 Kandi muri we hazosigara itorora nk’igihe bakubita igiti c’umwelayo: imyelayo ibiri canke itatu ihiye mw’isonga ry’ishami; ine canke itanu ku mashami yaho yama ivyamwa,” ni ko Yehova Imana ya Isirayeli avuze+.
13 Kuko ukwo ari ko bizomera hagati mu gihugu, hagati mu bisata vy’abantu, nk’ugukubita igiti c’umwelayo+, nk’ugutorora igihe iyegeranya ry’inzabibu ryarangiye+.
9 Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: “Amasigarira ya Isirayeli bazoyatorora* nk’umuzabibu+. Subira utume ukuboko kwawe nk’uwamura inzabibu ku dushami tw’umuzabibu.”