Yesaya 33:1 Bibiliya y’isi nshasha 33 Uragowe wewe unyaga kandi ubwawe utanyagwa, nawe uhemuka kandi abandi bataguhemukiye+! Ukirangiza kunyaga, uzonyagwa+. Ugiheza guhemuka, bazoguhemukira+. Ezekiyeli 26:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Emwe, bazosahura amatunga yawe+, banyage ibidandazwa vyawe+, basambure impome zawe, amazu yawe ahimbaye na yo basiturire hasi. Amabuye yawe n’ibintu vyawe bikozwe mu giti be n’umukungugu wawe bazobishira hagati mu mazi.’
33 Uragowe wewe unyaga kandi ubwawe utanyagwa, nawe uhemuka kandi abandi bataguhemukiye+! Ukirangiza kunyaga, uzonyagwa+. Ugiheza guhemuka, bazoguhemukira+.
12 Emwe, bazosahura amatunga yawe+, banyage ibidandazwa vyawe+, basambure impome zawe, amazu yawe ahimbaye na yo basiturire hasi. Amabuye yawe n’ibintu vyawe bikozwe mu giti be n’umukungugu wawe bazobishira hagati mu mazi.’