Yesaya 19:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kuri uwo musi Misiri izomera nk’abagore, kandi izojugumira+ koko igire ubwoba kubera ukuzungagizwa kw’ukuboko kwa Yehova nyen’ingabo, ukwo ariko arayizungagiriza+. Yeremiya 51:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 “Abagabo b’abanyenkomezi ba Babiloni baretse kurwana. Bagumye bicaye mu bibanza bikomeye. Inkomezi zabo zakamye+. Babaye abagore+. Aho aba haturiwe. Ibihindizo vyiwe vyavunywe+.
16 Kuri uwo musi Misiri izomera nk’abagore, kandi izojugumira+ koko igire ubwoba kubera ukuzungagizwa kw’ukuboko kwa Yehova nyen’ingabo, ukwo ariko arayizungagiriza+.
30 “Abagabo b’abanyenkomezi ba Babiloni baretse kurwana. Bagumye bicaye mu bibanza bikomeye. Inkomezi zabo zakamye+. Babaye abagore+. Aho aba haturiwe. Ibihindizo vyiwe vyavunywe+.