ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 13:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Kandi Yehova yagendera imbere yabo ku murango mu nkingi y’igicu kugira abayobore mu nzira+, mw’ijoro na ho mu nkingi y’umuriro kugira abahe umuco, bigatuma bagenda ku murango no mw’ijoro+.

  • Zaburi 104:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Witwikira umuco nk’impuzu+,

      Uramvura amajuru nk’igitambara c’ihema+,

  • Yesaya 60:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Izuba ryawe ntirizosubira kurenga, eka n’ukwezi kwawe ntikuzoyama; kuko Yehova ubwiwe azokubera umuco wamaho igihe kitagira urugero+, kandi imisi y’ukugandara kwawe izoba yarangiye+.

  • Ivyahishuwe 22:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Vyongeye, ijoro ntirizokwongera kubaho+, kandi ntibazokenera umuco w’itara canke ngo bagire umuco w’izuba, kuko Yehova Imana azorasira umuco+ kuri bo, kandi bazoganza ibihe bitazoshira+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika