Itanguriro 49:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Yamara umuheto wiwe waba ahantu hamaho+, kandi inkomezi z’amaboko yiwe zari zinonotse+. Mu maboko y’Umunyabubasha wa Yakobo+ ni ho hava Umwungere, Ibuye rya Isirayeli+. Yesaya 49:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Araheza agira akanwa kanje nk’inkota ikarishe+. Yanyegeje+ mu gitutu+ c’ukuboko kwiwe. Amaherezo yangize umwampi usenye. Yampishije mu mutana wiwe.
24 Yamara umuheto wiwe waba ahantu hamaho+, kandi inkomezi z’amaboko yiwe zari zinonotse+. Mu maboko y’Umunyabubasha wa Yakobo+ ni ho hava Umwungere, Ibuye rya Isirayeli+.
2 Araheza agira akanwa kanje nk’inkota ikarishe+. Yanyegeje+ mu gitutu+ c’ukuboko kwiwe. Amaherezo yangize umwampi usenye. Yampishije mu mutana wiwe.