ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 46:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 46 Imana ni ubuhungiro n’inkomezi vyacu+,

      Ikaba n’imfashanyo yoroshe kuronka mu gihe c’amarushwa+.

  • Yesaya 41:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Ntutinye, kuko ndi kumwe nawe+. Ntiweraguze, kuko ndi Imana yawe+. Nzogukomeza+. Nzogufasha vy’ukuri+. Emwe, nzogufata nkugumye n’ukuryo kwanje+ kw’ubugororotsi+.’

  • Yoweli 3:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Yehova azorohera i Siyoni nk’intambwe, yumvikanishirize ijwi ryiwe i Yeruzalemu+. Emwe, ijuru n’isi bizotigita+; ariko Yehova azobera ubuhungiro abantu biwe+, abere n’iboma bene Isirayeli+.

  • Zakariya 12:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Kuri uwo musi, Yehova azokingira irya n’ino ababa i Yeruzalemu+; kandi kuri uwo musi uwutsitara muri bo azoba koko nka Dawidi+, inzu ya Dawidi na yo ibe nk’Imana+, nk’umumarayika wa Yehova imbere yabo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika