2 Abami 23:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Mu misi yiwe, Farawo Neko+ umwami wa Misiri aduga ku mwami wa Ashuri iruhande y’uruzi Efurate+, maze Umwami Yosiya aja guhura na we+; mugabo Farawo Neko amwicira+ i Megido+ akimara kumubona. 2 Ngoma 35:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Yamara Yosiya ntiyahindukira ngo amureke+, mugabo ariyoberanya+ kugira amurwanye, ntiyumviriza amajambo ya Neko+ yari yavuye mu kanwa k’Imana. Nuko aza kurwanira mu kiyaya c’umubande ca Megido+.
29 Mu misi yiwe, Farawo Neko+ umwami wa Misiri aduga ku mwami wa Ashuri iruhande y’uruzi Efurate+, maze Umwami Yosiya aja guhura na we+; mugabo Farawo Neko amwicira+ i Megido+ akimara kumubona.
22 Yamara Yosiya ntiyahindukira ngo amureke+, mugabo ariyoberanya+ kugira amurwanye, ntiyumviriza amajambo ya Neko+ yari yavuye mu kanwa k’Imana. Nuko aza kurwanira mu kiyaya c’umubande ca Megido+.