Kuvayo 25:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 “Kandi uze ukore amasahani yayo n’ibikombe vyayo n’amakarabo yayo n’ibibakure vyayo, ari vyo bazosukisha ibinyobwa vy’ishikanwa. Uze ubikore mu nzahabu itavanze+. Kuvayo 37:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Inyuma y’ivyo akora ibikoresho vyo ku meza, amasahani yayo n’ibikombe vyayo n’ibibakure vyayo n’amakarabo yayo yokoreshejwe mu gusuka ibinyobwa vy’ishikanwa, abikora mu nzahabu itavanze+. Guharura 4:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Bazosanza impuzu y’ubururu ku meza+ y’imikate yerekanwa*, kandi baze bayishireko amasahani+, n’ibikombe, n’amabakure+, n’amakarabo y’ishikanwa ry’ikinyobwa; kandi umukate w’ubudasiba+ uze ugume kuri yo.
29 “Kandi uze ukore amasahani yayo n’ibikombe vyayo n’amakarabo yayo n’ibibakure vyayo, ari vyo bazosukisha ibinyobwa vy’ishikanwa. Uze ubikore mu nzahabu itavanze+.
16 Inyuma y’ivyo akora ibikoresho vyo ku meza, amasahani yayo n’ibikombe vyayo n’ibibakure vyayo n’amakarabo yayo yokoreshejwe mu gusuka ibinyobwa vy’ishikanwa, abikora mu nzahabu itavanze+.
7 “Bazosanza impuzu y’ubururu ku meza+ y’imikate yerekanwa*, kandi baze bayishireko amasahani+, n’ibikombe, n’amabakure+, n’amakarabo y’ishikanwa ry’ikinyobwa; kandi umukate w’ubudasiba+ uze ugume kuri yo.