2 Ngoma 29:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Bakerera+ rero nya nka, maze abaherezi bakira amaraso+ bayamijagira+ ku gicaniro; hanyuma bakerera nya mpfizi z’intama+ maze bamijagira amaraso+ ku gicaniro, bakerera na nya myagazi y’intama y’amasuguru maze bamijagira amaraso ku gicaniro.
22 Bakerera+ rero nya nka, maze abaherezi bakira amaraso+ bayamijagira+ ku gicaniro; hanyuma bakerera nya mpfizi z’intama+ maze bamijagira amaraso+ ku gicaniro, bakerera na nya myagazi y’intama y’amasuguru maze bamijagira amaraso ku gicaniro.