ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 26:57
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 57 Abafashe Yezu bamujana kwa Kayifa+ umuherezi mukuru, ari na ho abanditsi n’abagabo b’inararibonye bari bakoraniye+.

  • Luka 3:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 mu misi y’umukuru w’abaherezi Anasi n’iya Kayifa+, ijambo rivuye ku Mana riza kuri Yohani+ mwene Zekariya mu gahinga+.

  • Luka 22:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Vyongeye, abakuru b’abaherezi n’abanditsi bariko bararondera uburyo nyabwo bwo kumukuraho+, kuko batinya abantu+.

  • Yohani 18:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 babanza kumujana kwa Anasi; kuko yari sebukwe wa Kayifa, uwari umuherezi mukuru muri uyo mwaka+.

  • Yohani 18:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Maze Anasi amurungika aboshe kwa Kayifa umuherezi mukuru+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika