Matayo 10:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Simoni Umunyakanani+, na Yuda Isikariyoti, ari we yahavuye amugura+. Luka 22:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mugabo Shetani yinjira muri Yuda, umwe yitwa Isikariyoti, uwaharurwa muri bamwe cumi na babiri+; Yohani 13:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Bakibandanya kwihereza imfungurwa zo ku mugoroba, Shetani* akaba yari amaze gushira mu mutima wa Yuda Isikariyoti+, mwene Simoni, ivyo kumugura+,
2 Bakibandanya kwihereza imfungurwa zo ku mugoroba, Shetani* akaba yari amaze gushira mu mutima wa Yuda Isikariyoti+, mwene Simoni, ivyo kumugura+,