Luka 22:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 N’igikombe+ nyene akigenza kuno bamaze kwihereza imfungurwa zo ku mugoroba, avuga ati: “Iki gikombe gisobanura isezerano rishasha+ hishimikijwe amaraso yanje+, ayagiye guseswa ku bwanyu+.
20 N’igikombe+ nyene akigenza kuno bamaze kwihereza imfungurwa zo ku mugoroba, avuga ati: “Iki gikombe gisobanura isezerano rishasha+ hishimikijwe amaraso yanje+, ayagiye guseswa ku bwanyu+.