ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 34:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 “Uzokora imisi itandatu, mugabo ku musi ugira indwi uzokwubahiriza isabato+. Mu gihe c’irima no mw’iyimbura uzokwubahiriza isabato+.

  • Abalewi 25:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Mugabo mu mwaka ugira indwi hakwiye kuba isabato y’akaruhuko kuzuye kuri nya gihugu+, isabato kuri Yehova. Umurima wawe ntuze uwubibe imbuto, kandi umurima wawe w’imizabibu ntuze uwututurire.

  • Abalewi 25:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Muze mweze umwaka ugira mirongo itanu, mutangaze ukurekurwa mu gihugu ku bakibamwo bose+. Uzobabera Yubile*+, kandi umwe wese muri mwebwe aze asubire kw’itongo ryiwe, asubire no mu muryango wiwe+.

  • Mariko 2:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 ku bw’ivyo rero Umwana w’umuntu ni Umukama mbere w’isabato+.”

  • Luka 6:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Abandanya kubabwira ati: “Umwana w’umuntu ni Umukama w’isabato+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika