ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Luka 7:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Umwana w’umuntu yaje arya, anywa, mugabo muvuga ngo: ‘Ehe umukunzi w’inda kandi yatwawe n’umuvinyu, umugenzi w’abatozakori n’abacumuzi+!’

  • Yohani 7:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Kandi mu masinzi hari ubwongoshwe bwinshi ku bimwerekeye+. Bamwe bavuga ngo: “Ni umuntu mwiza.” Abandi na bo ngo: “Habe namba, ahubwo azimiza isinzi.”

  • 1 Timoteyo 1:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 naho kera nari umurogosi, uwuhamana+, nkaba n’umuntu atisonera+. Yamara rero, naragiriwe imbabazi+, kuko nari mu kutamenya+ kandi ngakorana ukutizera.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika