ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 23:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Mbega wabukubitijeko amaso, kandi ari ubusa+? Kuko butabura kwimerera amababa nk’ay’inkona, bukaguruka bwerekeza mu majuru+.

  • Mariko 10:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Yezu amaze kweraguza, abwira abigishwa biwe ati: “Ese ukuntu kizoba ikigoye ku bari n’amahera+ kwinjira mu bwami bw’Imana+!”

  • Luka 18:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Yezu aramuraba, avuga ati: “Ese ukuntu kizoba ikigoye ku bari n’amahera kwinjira mu bwami bw’Imana+!

  • 1 Timoteyo 6:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Ariko abiyemeje kuba abatunzi bagwa mu kigeragezo+ no mu mutego no mu vyipfuzo vyinshi vy’ubupfu kandi bibagirira nabi+, bidwibiza abantu mu gatikizo no mu mahonero+.

  • 2 Timoteyo 4:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Kuko Dema+ yantaye kubera yuko yakunze ivy’iki gihe*+ akaja i Tesalonika; Keresansi yagiye i Galatiya+, Tito i Dalumatiya.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika