Gusubira mu vyagezwe 18:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Umuhanuzi avuye hagati yawe, avuye muri bene wanyu, nka jewe, ni we Yehova Imana yawe azoguhagurukiriza, ari na we mukwiye kwumviriza+, Matayo 17:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Akiriko aravuga, haza igicu cakaka kibatwikiriza igitutu caco, maze humvikana ijwi rivuye muri nya gicu, rivuga riti: “Uyu ni Umwana wanje, umukundwa, uwo nashimye+; nimumwumvirize+.” Luka 9:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Hanyuma ijwi+ riva muri nya gicu, rivuga riti: “Uyu ni Umwana wanje, uwatowe+. Nimumwumvirize+.” Ivyakozwe 3:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nkako, Musa yavuze ati: ‘Yehova Imana azobahagurukiriza muri bene wanyu umuhanuzi ameze nkanje+. Mutegerezwa kumwumviriza mu vyo ababwira vyose+. 2 Petero 1:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kuko yahawe n’Imana ari yo Data iteka n’ubuninahazwa+, hamwe amajambo nk’aya yayashikirizwa n’ubuninahazwa bw’agatangaza ngo: “Uyu ni umwana wanje, umukundwa wanje, uwo jewe nashimye+.”
15 Umuhanuzi avuye hagati yawe, avuye muri bene wanyu, nka jewe, ni we Yehova Imana yawe azoguhagurukiriza, ari na we mukwiye kwumviriza+,
5 Akiriko aravuga, haza igicu cakaka kibatwikiriza igitutu caco, maze humvikana ijwi rivuye muri nya gicu, rivuga riti: “Uyu ni Umwana wanje, umukundwa, uwo nashimye+; nimumwumvirize+.”
22 Nkako, Musa yavuze ati: ‘Yehova Imana azobahagurukiriza muri bene wanyu umuhanuzi ameze nkanje+. Mutegerezwa kumwumviriza mu vyo ababwira vyose+.
17 Kuko yahawe n’Imana ari yo Data iteka n’ubuninahazwa+, hamwe amajambo nk’aya yayashikirizwa n’ubuninahazwa bw’agatangaza ngo: “Uyu ni umwana wanje, umukundwa wanje, uwo jewe nashimye+.”