Matayo 19:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Maze abana batoyi bazanwa kuri we, kugira abarambikeko ibiganza yongere asenge; mugabo abigishwa barabakankamira+. Luka 18:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Buno abantu batangura kumuzanira n’inzoya zabo ngo azikoreko; mugabo abigishwa babibonye batangura kubakankamira+.
13 Maze abana batoyi bazanwa kuri we, kugira abarambikeko ibiganza yongere asenge; mugabo abigishwa barabakankamira+.
15 Buno abantu batangura kumuzanira n’inzoya zabo ngo azikoreko; mugabo abigishwa babibonye batangura kubakankamira+.