ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 18:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Uwo wese rero azokwicisha bugufi+ nk’uyu mwana mutoyi ni we mukuru mu bwami bwo mw’ijuru+;

  • Matayo 19:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Ariko Yezu avuga ati: “Nimureke abana batoyi, kandi yaco mubabuza kuza kuri jewe, kuko ubwami bwo mw’ijuru ari ubw’abameze nk’abo+.”

  • Luka 18:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Ariko Yezu ahamagara za nzoya ngo zize kuri we, avuga ati: “Nimureke abana batoyi baze kuri jewe, kandi ntimugerageze kubabuza. Kuko ubwami bw’Imana ari ubw’abameze nk’abo+.

  • 1 Petero 2:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 kandi nka kurya kw’inzoya zikivuka+, nimurondere gucambirwa amata atavanze+ ya rya jambo, kugira ngo biciye kuri yo mukure mushikire ubukiriro+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika