Matayo 20:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Ukwo si ko bimeze muri mwebwe+; mugabo uwo wese ashaka gucika mukuru muri mwebwe ategerezwa kuba umusuku wanyu+, Mariko 9:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Araheza aricara, ahamagara bamwe cumi na babiri, ababwira ati: “Nimba umuntu ashaka kuba uw’imbere, ategerezwa kuba uw’inyuma ya bose n’umusuku wa bose+.” Luka 9:48 Bibiliya y’isi nshasha 48 hanyuma ababwira ati: “Uwo wese yakiriye uyu mwana mutoyi mw’izina ryanje, na jewe aba anyakiriye, kandi uwo wese anyakiriye aba yakiriye n’uwantumye+. Kuko uwigenza nk’umuto+ muri mwebwe mwese ari we mukuru+.”
26 Ukwo si ko bimeze muri mwebwe+; mugabo uwo wese ashaka gucika mukuru muri mwebwe ategerezwa kuba umusuku wanyu+,
35 Araheza aricara, ahamagara bamwe cumi na babiri, ababwira ati: “Nimba umuntu ashaka kuba uw’imbere, ategerezwa kuba uw’inyuma ya bose n’umusuku wa bose+.”
48 hanyuma ababwira ati: “Uwo wese yakiriye uyu mwana mutoyi mw’izina ryanje, na jewe aba anyakiriye, kandi uwo wese anyakiriye aba yakiriye n’uwantumye+. Kuko uwigenza nk’umuto+ muri mwebwe mwese ari we mukuru+.”