Matayo 26:71 Bibiliya y’isi nshasha 71 Amaze gusohoka akaja mu bwugamo bwo kw’irembo, uwundi musukukazi aramubona, abwira abari ng’aho ati: “Uyu yari kumwe na Yezu Umunyanazareti+.” Mariko 14:69 Bibiliya y’isi nshasha 69 Ng’aho wa musukukazi amubonye, yongera gutangura kubwira abari bahagaze aho ati: “Uyu ni uwo muri bo+.” Yohani 18:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Simoni Petero yari ahagaze ariko arota. Maze bamubwira bati: “Mbega nawe uri uwo mu bigishwa biwe?” Arabihakana, ati: “Sindi uwo muri bo+.”
71 Amaze gusohoka akaja mu bwugamo bwo kw’irembo, uwundi musukukazi aramubona, abwira abari ng’aho ati: “Uyu yari kumwe na Yezu Umunyanazareti+.”
69 Ng’aho wa musukukazi amubonye, yongera gutangura kubwira abari bahagaze aho ati: “Uyu ni uwo muri bo+.”
25 Simoni Petero yari ahagaze ariko arota. Maze bamubwira bati: “Mbega nawe uri uwo mu bigishwa biwe?” Arabihakana, ati: “Sindi uwo muri bo+.”