Matayo 26:71 Bibiliya y’isi nshasha 71 Amaze gusohoka akaja mu bwugamo bwo kw’irembo, uwundi musukukazi aramubona, abwira abari ng’aho ati: “Uyu yari kumwe na Yezu Umunyanazareti+.” Luka 22:58 Bibiliya y’isi nshasha 58 Haciye akanya uwundi muntu aramubona, avuga ati: “Na wewe uri uwo muri bo.” Mugabo Petero avuga ati: “Wa muntu we, sindi muri bo+.” Yohani 18:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Simoni Petero yari ahagaze ariko arota. Maze bamubwira bati: “Mbega nawe uri uwo mu bigishwa biwe?” Arabihakana, ati: “Sindi uwo muri bo+.”
71 Amaze gusohoka akaja mu bwugamo bwo kw’irembo, uwundi musukukazi aramubona, abwira abari ng’aho ati: “Uyu yari kumwe na Yezu Umunyanazareti+.”
58 Haciye akanya uwundi muntu aramubona, avuga ati: “Na wewe uri uwo muri bo.” Mugabo Petero avuga ati: “Wa muntu we, sindi muri bo+.”
25 Simoni Petero yari ahagaze ariko arota. Maze bamubwira bati: “Mbega nawe uri uwo mu bigishwa biwe?” Arabihakana, ati: “Sindi uwo muri bo+.”