ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 11:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Ibingira rizoza riramara igihe ribana vy’ukuri n’umwagazi w’intama w’isuguru+, n’ingwe izoryama hamwe n’umwagazi w’impene, n’inyana n’intambwe y’umukangara y’umugāra+ be n’igikoko cagaburiwe neza vyose hamwe+; kandi agahungu gatoyi ni ko kazobiyobora.

  • Yesaya 35:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 Agahinga be n’akarere kagadutse bizokwigina+, kandi ikiyaya c’ubugaragwa kizonezerwa, gishurike nk’ishurwe ry’izafarani+.

  • Yesaya 65:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 “Kuko ehe ndiko ndema amajuru mashasha+ n’isi nshasha+; kandi ivya kera ntibizokwibukwa+, eka mbere ntibizoza mu mutima+.

  • Ivyahishuwe 21:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Maze mbona ijuru rishasha+ n’isi nshasha+; kuko ijuru rya kera+ n’isi ya kera+ vyari vyagiye, n’ikiyaga+ nticari kikiriho.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika