Itanguriro 29:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Yongera kwibungenga, hanyuma avyara umuhungu, maze avuga ati: “Ubu nzohaya Yehova.” Ku bw’ivyo amwita Yuda+. Inyuma y’aho areka kwibaruka. Rusi 4:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Vyongeye, biciye ku ruvyaro Yehova azoguha kuri uyu mugore akiri muto+, inzu yawe nicike nk’inzu ya Perezi, umwe Tamari yavyarira Yuda+.” 1 Ngoma 2:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Tamari+ umukazana wiwe ni we yamuvyariye Perezi+ na Zera. Abahungu bose ba Yuda bari batanu. Matayo 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Yuda avyara Perezi+ na Zera kuri Tamari;Perezi avyara Hezironi+;Hezironi avyara Ramu+;
35 Yongera kwibungenga, hanyuma avyara umuhungu, maze avuga ati: “Ubu nzohaya Yehova.” Ku bw’ivyo amwita Yuda+. Inyuma y’aho areka kwibaruka.
12 Vyongeye, biciye ku ruvyaro Yehova azoguha kuri uyu mugore akiri muto+, inzu yawe nicike nk’inzu ya Perezi, umwe Tamari yavyarira Yuda+.”