ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 9:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Kuko hari umwana atuvukiye+, hari umuhungu duhawe+; ubutware bwa kiganwa buzoba ku rutugu rwiwe+. Kandi izina azokwitwa ni Umujanama w’agatangaza+, Imana ikomeye+, Data ahoraho+, Umuganwa w’amahoro+.

  • Yesaya 53:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Ku bw’iyo mvo, nzomuha umugabane muri benshi+, kandi azogabanganya isahu kumwe n’abanyabushobozi+, kubera ko yasutse ubuzima bwiwe gushika ku rupfu+, agaharurwa mu bagabitanya+; kandi ubwiwe yiremetse igicumuro c’abantu benshi+, aja hagati ku bw’abagabitanya+.

  • Abakolosayi 2:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Mu kwambura intwaro n’ubukuru+ bigasigara biri amenya, yaravyerekanye ku mugaragaro nk’ivyatsinzwe+, abirongora mu rugendo rw’intsinzi+ biciye kuri ico giti.

  • 1 Yohani 4:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Mwebwe mukomoka ku Mana, bana bato, kandi mwaratsinze abo bantu+, kuko uwunze ubumwe+ namwe aruta+ uwunze ubumwe n’isi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika